CND​​​​D-FDD

INAMA Y'ABANYAGIHUGU BAHARANIRA DEMOKARASI

Abagumyabanga twese turi murugamba rwo kwubaka uburundi bwacu

Mugume mudukurikirana kuri runo rubuga, kuri Twitter canke kuri Facebook, mwirabire ivyiza vy' Umugambwe wacu CNDD - FDD

Petero Nkurunziza ni inde?

PETERO NKURUNZIZA NI INDE?Petero NKURUNZIZA ni umukuru w’igihugu c’Uburundi kuva itariki 26/8/2005, igihe yari ahejeje gutsinda amatora yagizwe n’inama nshingamateka na nkenguzamateka zikoranye.Indondoro y’ ubuzima bwa Petero NKURUNZIZAPetero NKURUNZIZA yavukiye i Ngozi itariki 18/12/1964, kumutumba buye komine Mwumba. Sewiwe yitwa Ngabisha Eustashe, Petero NKURUNZIZA avukana n’abana batandatu, ni umurundi wo mu bwoko bwabahutu. Petero NKURUNZIZA Bandanya Usoma

​Read More

Imbonerakure ni iki?

​ImbonerakureImbonerakure ni iki?Imbonerakure ni umuhari w’Urwaruka uhurikiye mumugambwe CNDD – FDD, rufise hagati y’imyaka 18 na 40.Ijambo Imbonerakure ryavuye hehe?Kera umuhari CNDD – FDD ukiri kurugamba, urwana n’igisirikare careta c’Uburundi cari kigizwe n’ubwoko bumwe bw’abatutsi, akaba arinaco cari casenyuye demokarasi twari twarose igihe haza imigambwe myinshi, hanyuma mumatora y’umukuru w’igihugu yo kuwa 1/6/1993 hagatorwa Presida Bandanya Usoma

​Read More

Kahise K’Umugambwe CNDD – FDD

Kahise K’Umugambwe CNDD – FDDInkomoko y’urugamba rwo kwiganzura Umuhari CNDD – FDDKw’ isi yose yose iyo agateka ka zina muntu katubahirijwe ivyononekara biba vyinshi. Mu gihugu ico arico cose umunyagihugu yigura igihugu naco kikamwigura, iyo bitabaye uko umunyagihugu usanga ameze nkuwapfuye. Mu burundi habaye intwaro yagahotoro, amategeko yari mabi, bigatuma abanyagihugu bamwe bakumirwa nkuko umenga Bandanya Usoma

​Read More

Imihari yo mumugambwe CNDD – FDD

​Imihari yo mumugambwe CNDD – FDDIntangamararaUmugambwe CNDD – FDD ugizwe nabantu bo muntara zose, ubwoko bwose buri muburundi (abatwa, abahutu n’abatutsi), abagabo, abagore n’imiyabaga.Umugambwe CNDD – FDD ugizwe naba bakurikira abawutanguje, abawinjiye n’abakunzi bawo. Abatanguje Umugambwe CNDD – FDD ni abo bose bari bawurimwo kuva 1994 gushika mû umwaka wa 2004. Abawinjiye ni abobose binjiye Bandanya Usoma

​Read More
>