Archive

Monthly Archives: October 2019

October 8, 2019

Imbonerakure ni iki?

​ImbonerakureImbonerakure ni iki?Imbonerakure ni umuhari w’Urwaruka uhurikiye mumugambwe CNDD – FDD, rufise hagati y’imyaka 18 na 40.Ijambo Imbonerakure ryavuye hehe?Kera umuhari CNDD – FDD ukiri kurugamba, urwana n’igisirikare careta c’Uburundi cari kigizwe n’ubwoko bumwe bw’abatutsi, akaba arinaco cari casenyuye demokarasi twari twarose igihe haza imigambwe myinshi, hanyuma mumatora y’umukuru w’igihugu yo kuwa 1/6/1993 hagatorwa Presida […]

Bandanya Usoma
>